SEARCH DATABASE
The Global Gender Equality Constitutional Database is a repository of gender equality related provisions in 194 constitutions from around the world. The Database was updated in partnership with the International Bar Association's Human Rights Institute (IBAHRI) and with support from the Swedish International Development Agency (SIDA) and the Government of Japan. Experience its wealth and depth of information by starting your search now.
ABOUT 127 RESULTS
Obligations of the State
Burundi
- EnglishThe fundamental rights must be respected within the whole [ensemble] of the juridical, administrative and institutional order. … (Art. 48)
- KirundiAmateka ngenderwako ategerezwa kwubahirizwa mu bisata vyose vy’ubutungane, vy’intwaro hamwe n’inzego zose z’igihugu. … (Ingingo ya 48)
- FrenchLes droits fondamentaux doivent être respectés dans l’ensemble de l’ordre juridique, administratif et institutionnel. … (Art. 48)
Obligations of the State
Burundi
- EnglishThe rights and the duties proclaimed and guaranteed by the international texts relative to the rights of man regularly ratified are [an] integral part of the Constitution. (Art. 19)
- KirundiAmateka n’ibitegerejwe vyatangajwe bigakingirwa n’amasezerano y’isi yose yerekeye agateka ka zina muntu Uburundi bwemeje biri mu bigize iri Bwirizwa shingiro. (Art. 19)
- FrenchLes droits et devoirs proclamés et garantis par les textes internationaux relatifs aux droits de l’homme régulièrement ratifiés font partie intégrante de la Constitution. (Art. 19)
Judicial Protection
Burundi
- EnglishThe judicial power, guardian of the public rights and freedoms, assures the respect for these rights and freedoms within the conditions provided for by the law. (Art. 60)
- KirundiUbutegetsi bw’ubutungane nibwo bukingira amateka n’ubwigenge bw’abantu, rugacungera iyubahirizwa ryayo nkuko bitegekanijwe n’Ibwirizwa. (Ingingo ya 60)
- FrenchLe pouvoir judiciaire, gardien des droits et des libertés publiques, assure le respect de ces droits et libertés dans les conditions prévues par la loi. (Art. 60)
Judicial Protection
Burundi
- EnglishThe fundamental rights must be respected within the whole [ensemble] of the juridical, administrative and institutional order. … (Art. 48)
- KirundiAmateka ngenderwako ategerezwa kwubahirizwa mu bisata vyose vy’ubutungane, vy’intwaro hamwe n’inzego zose z’igihugu. … (Ingingo ya 48)
- FrenchLes droits fondamentaux doivent être respectés dans l’ensemble de l’ordre juridique, administratif et institutionnel. … (Art. 48)
Judicial Protection
Burundi
- EnglishThe Constitutional Court is competent to:
…
– assure the respect for this Constitution including the Charte des Droits fundamentaux [Charter of Fundamental Rights], by the organs of the State, [and] the other institutions;
… (Art. 234) - KirundiSentare yubahiriza Ibwirizwa shingiro ifise ububasha bukurikira :
…
– gucungera ko iri bwirizwa shingiro harimwo n’amasezerano yerekeye amateka ngenderwako y’ikiremwa muntu yubahirizwa n’abantu, inzego za Leta, hamwe n’izindi nzego ;
… (Ingingo ya 234) - FrenchLa Cour Constitutionnelle est compétente pour :
…
- assurer le respect de la présente Constitution, y compris la Charte des Droits fondamentaux, par les organes de l’Etat, les autres institutions;
… (Art. 234)
National Human Rights Bodies
Burundi
- EnglishThe Ombudsman is appointed by the National Assembly with the majority of three-quarters of its members. His appointment is subject to the approval of the Senate with a majority of two-thirds of its members.
… (Art. 245) - KirundiUmuhuza w’abanyagihugu na Reta agenwa n’Inama Nshingamateka yemejwe n’ibice bitatu vya bine vy’abayigize. Igenwa ryiwe ribanza kwemezwa n’ibice bibiri vya bitatu vy’abagize Inama Nkenguzamateka.
… (Art. 245) - FrenchL’Ombudsman est nommé par l’Assemblée Nationale à la majorité des trois quarts de ses membres. Sa nomination est sujette à approbation par le Sénat à la majorité de deux-tiers de ses membres.
… (Art. 245)
National Human Rights Bodies
Burundi
- EnglishThe Ombudsman receives the complaints and conducts the inquiries concerning the faults of administration and of the violations of the rights of citizens committed by the agents of the public function and of the judiciary and makes recommendations on that subject to the competent authorities. He also assures a mediation between the Administration and the citizens and between the ministries and the Administration and plays the role of an observer in what [en ce qui] concerns the functioning of the public administration.
The organization and the functioning of his service are established by the law. (Art. 243) - KirundiUmuhuza w’abanyagihugu na Leta arakira ibirego vy’abamwituye agatohoza ivyerekeye amakosa yakozwe mu gutunganya ivy’igihugu n’ugurtyoza agateka k’abanyagihugu vyakozwe n’abakozi ba Leta n’abakora mu vy’ubucamanza, ibikwiye gukosorwa akabimenyesha abategetsi babifitiye ububasha. Arahuza kandi abajejwe intwaro n’abanyagihugu, ubushikiranganji n’izindi nzego z’ubutegetsi kandi agashinga ijisho ingene inzego nshingwantwaro zikora.
Ingene imirimo y’Umuhuza w’abanyagihugu na Leta iringanijwe n’ingene arangura amabanga ajejwe bitomorwa n’Ibwirizwa. (Ingingo ya 243) - FrenchL’Ombudsman reçoit les plaintes et mène des enquêtes concernant des fautes de gestion et des violations des droits des citoyens commises par des agents de la fonction publique et du judiciaire et fait des recommandations à ce sujet aux autorités compétentes. Il assure également une médiation entre l’Administration et les citoyens et entre les ministères et l’Administration et joue le rôle d’observateur en ce qui concerne le fonctionnement de l’administration publique.
L’organisation et le fonctionnement de son service sont fixés par la loi. (Art. 243)
Political Rights and Association
Burundi
- EnglishThe elections of the Deputies take place following the ballot of bloc lists [listes bloquées] by proportional representation. These lists must have a multi-ethnic character and take into account the equilibrium between men and women. For three candidates registered together [inscrits à la suite] on a list, only two may belong to the same ethnic group, and at least one in three must be a woman. (Art. 173)
- KirundiAmatora y’abashingamateka ashingira ku rutonde rwugaye rw’amazina rwashikirijwe, bagatorwa hisunzwe amajwi baronse. Urutonde rwose rw’ayo mazina rutegerezwa kurangwa n’uko amoko yose yaserukiwe kandi hakaba harimwo abagabo n’abakenyezi. Ku bitoza batatu bari ku rutonde rumwe, babiri gusa ni bo baba basangiye ubwoko kandi n’imiburiburi umwe kuri batatu ategerezwa kuba ari umugore. (Ingingo ya 173)
- FrenchLes élections des députés se déroulement suivant le scrutin des listes bloquées à la représentation proportionnelle. Ces listes doivent avoir un caractère multiethnique et tenir compte de l’équilibre entre les hommes et les femmes. Pour trois candidats inscrits à la suite sur une liste, deux seulement peuvent appartenir au même groupe ethnique, et au moins un sur trois doit être une femme. (Art. 173)
Political Rights and Association
Burundi
- EnglishSuffrage is universal, equal, free and transparent. It may be direct or indirect within the conditions provided for by the law.
All Burundians being already [révolus] eighteen years of age and enjoying their civil and political rights[,] are electors, within the conditions determined by the electoral code. (Art. 8) - KirundiUmunyagihugu wese akwije ibitegekanijwe n’amategeko arafise uburenganzira bwo gutora. Mw’itora nta jwi riruta irindi, kandi umuntu wese atora mu mwiherero, uko ashaka, agatorera ahazwi. Mu gutora, abanyagihugu bashobora kwitorera bo nyene abategetsi canke bagatora ababaserukira mu gutora abo bategetsi nk’uko bitegekanijwe n’Ibwirizwa.
Abarekuriwe gutora hakurikijwe igitabu c’amategeko agenga amatora ni abarundi bose bakwije imyaka cumi n’umunani n’abayirenza kandi atakibakumira mu mabanga y’igihugu. (Ingingo ya 8) - FrenchLe suffrage est universel, égal, secret, libre et transparent. Il peut être direct ou indirect dans les conditions prévues par la loi.
Sont électeurs, dans les conditions déterminées par le code électoral, tous les burundais âgés de dix-huit ans révolus et jouissant de leurs droits civils et politiques. (Art. 8)
Political Rights and Association
Burundi
- EnglishThe right to vote is guaranteed. (Art. 87)
- KirundiUburenganzira bwo gutora buremejwe. (Ingingo ya 87)
- FrenchLe droit de vote est garanti. (Art. 87)