SEARCH DATABASE
The Global Gender Equality Constitutional Database is a repository of gender equality related provisions in 194 constitutions from around the world. The Database was updated in partnership with the International Bar Association's Human Rights Institute (IBAHRI) and with support from the Swedish International Development Agency (SIDA) and the Government of Japan. Experience its wealth and depth of information by starting your search now.
ABOUT 38 RESULTS
Political Parties
Burundi
- EnglishAn association without a lucrative goal regrouping citizens around a project of [a] democratic society founded on the national unity, with a distinctive political program of precise objectives responding to the concern to serve the general interest and to assure the development [épanouissement] of all citizens[,] constitutes a political party. (Art. 77)
- KirundiUmugambwe ni ishirahamwe ry’abantu badaharanira inyungu y’amafaranga, rihuza abanyagihugu bafise imigambi irashe y’ukwubaka igihugu kirangwa n’intwaro rusangi ishimikiye ku bumwe bw’abarundi, rikaba rifise imigambi ryisangije n’intumbero zitomoye, rigaharanira ineza n’iterambere rya bose n’ukubaho neza kw’abanyagihugu bose. (Ingingo ya 77)
- FrenchConstitue un parti politique une association sans but lucrative regroupant des citoyens autour d’un projet de société démocratique fondé sur l’unité nationale, avec un programme politique distinct aux objectifs précis répondant au souci de server l’intérêt général et d’assurer l’épanouissement de tous les citoyens. (Art. 77)
Political Parties
Burundi
- EnglishThe political parties may freely constitute themselves, in accordance with the law. They are registered [agréés] in accordance with the law. (Art. 76)
- KirundiImigarnbwe irashobora gushingwa ata nkomanzi hakurikijwe Ibwirizwa. Iyo migambwe yemererwa gukora hakurikijwe ibwirizwa. (Ingingo ya 76)
- FrenchLes partis politiques peuvent se constituer librement, conformément à la loi. Ils sont agréés conformément à la loi. (Art. 76)
Political Parties
Burundi
- EnglishTo the end of promoting democracy, the law may authorize the financing of the political parties in an equitable manner, proportionally to the number of seats that they hold at the National Assembly. This financing may apply both [aussi bien] to the functioning of the political parties and [que] to the electoral campaigns, and must be transparent. The types of subventions, advantages and facilities that the State may grant to the political parties are established by the law. (Art. 84)
- KirundiMu ntumbero yo gutsimbataza intwaro rusangi, Ibwirizwa rirashobora kurekurira imigambwe kuronka imfashanyo ku buryo bungana, hakurikijwe igitigiri c’intebe iyo migambwe ifise mu Nama nshingamateka. Iyo mfashanyo ishobora kuba ari iyo gufasha imigambwe mw’irangurwa ry’ibikorwa vya yo vya misi yose canke mu gihe c’ukwiyamamaza mu matora, kandi yotangwa kumugaragaro. Ubwoko bw’imfashanyo n’ukoroherezwa Leta ishobora kwemerera imigambwe bitomorwa n’Ibwirizwa. (Ingingo ya 84)
- FrenchAux fins de promouvoir la démocratie, la loi peut autoriser le financement des partis politiques de manière équitable, proportionnellement au nombre de sièges qu’ils détiennent à l’Assemblée nationale. Ce financement peut s’appliquer aussi bien au fonctionnement des partis politiques qu’aux campagnes électorales, et doit être transparent. Les types de subventions, d’avantages et de facilités que l’Etat peut accorder aux partis politiques sont fixés par la loi. (Art. 84)
Electoral Bodies
Burundi
- EnglishThe Commission is responsible for the following missions:
a) To organize the elections at the national level, at the level of the communes and at that of the collines or of the quartiers;
b) To see to it that the elections are free, regular and transparent;
c) To proclaim the provisional results of the elections within a time period defined by the law;
d) To promulgate the arrangements, the code of conduct and the technical details, including the location of the polls [bureaux de vote] and the hours in which they are open;
e) To receive the claims concerning the respect for the electoral rules and to process them [y donner suite];
f) The decisions of the Commission are without appeal;
g) To see to it, applying the appropriate rules, that the electoral campaigns do not take place [se déroulent] in a manner that incites to ethnic violence or in any other manner contrary to this Constitution;
h) To assure the respect for the provisions of this Constitution relative to multiethnicity and to gender[,] and to take cognizance of the claims in this respect. (Art. 92) - KirundiUwo mugwi ujejwe amabanga akurikira :
a. Kuringaniza amatora ku rwego rw’igihugu, urw’amakomine n’urwo ku mitumba canke urw’amakaritiye ;
b. Gucungera ko abenegihugu batora mu mwidegemvyo, hakurikijwe amategeko kandi ku mugaragaro ;
c. Gutangaza ivy’imfatakibanza ivyavuye mu matora mu kiringo gitegekanijwe n’ibwirizwa;
d. Gutangaza ibitegekanijwe, inyifato n’ido n’ido ry’ingene ibintu bitegerezwa kugenda harimwo ibibanza vy’ugutoreramwo n’amasaha amatora atangurirako ;
e. Kwakira ibirego vy’abitwara ku vyerekeye iyubahirizwa ry’amabwirizwa agenga amatora n’ukubaha inyishu;
f. Ingingo zishinzwe n’uwo mugwi ntizigira iyungururizo ;
g. Gucungera hakurikijwe amategeko avyerekeye ko kwiyamamaza bidakorwa ku buryo bwo kwosha abantu badasangiye ubwoko ngo batane mu mitwe canke mu bundi buryo bwose buteye kubiri n’iri Bwirizwa shingiro;
h. Kwubahiriza ingingo z’iri Bwirizwa shingiro zerekeye ubudasa bw’amoko hamwe n’ibitsina no gutatura amatati azerekeye. (Ingingo ya 92) - FrenchLa commission est chargée des missions suivantes :
a. Organiser les élections au niveau national, au niveau des communes et à celui des collines ou des quartiers ;
b. Veiller à ce que ces élections soient libres, régulières et transparentes ;
c. Proclamer les résultats provisoires des élections dans un délai défini par la loi ;
d. Promulguer les arrangements, le code de conduite et les détails techniques, y compris l’emplacement des bureaux de vote et les heures auxquelles ils sont ouverts ;
e. Recevoir les plaintes concernant le respect des règles électorales et y donner suite.
f. Les décisions de la Commission sont sans appel ;
g. Veiller, en appliquant des règles appropriées, à ce que les campagnes électorales ne se déroulent de manière à inciter à la violence ethnique ou de toute autre manière contraire à la présente Constitution ;
h. Assurer le respect des dispositions de la présente Constitution relatives à la multiethnicité et au genre et connaître des contestations à cet égard. (Art. 92)
Electoral Bodies
Burundi
- EnglishAn Independent National Electoral Commission [Commission Electorale Nationale Indépendente] guarantees the freedom, the impartiality and the independence of the electoral process. (Art. 90)
- KirundiUmurwi wigenga ujejwe gutunganya amatora mu gihugu cose urubahiriza ko abantu batora mu mwidegemvyo, ata nkunzi n’uko amatora aba ata gitsure. (Ingingo ya 90)
- FrenchUne commission électorale nationale indépendante, garantit la liberté, l’impartialité et l’indépendance du processus électoral. (Art. 90)
National level
Burundi
- EnglishThe Senate is composed of:
1) Two delegates from each province, elected by an electoral college composed of members of the Communal Councils of the considered province, originating from different ethnic communities and elected by distinct ballots;
2) Three persons originating from the Twa ethnicity;
A minimum of 30% of women is assured. The electoral law determines the practical modalities of it, with co-optation the case arising. (Art. 185) - KirundiAbagize Inama nkenguzamateka ni aba:
1° abantu babiri baserukira intara imwe imwe batowe n’abaserukira abandi mu makomine agize iyo ntara bo mu moko adasa kandi badatorewe ku rutonde rumwe;
2° abantu batatu bo mu bwoko bw’abatwa;
Mu bagize Inama Nkenguzamateka hategerezwa kubamwo n’imiburiburi ibice 30% vy’abagore. Ibwirizwa rigenga amatora rirerekana ingene bigenda mukubishira mu ngiro bikenewe hakongerwako kugira ibitigiri bikwire. (Ingingo ya 185) - FrenchLe Sénat est composé de :
1° Deux délégués de chaque province, élus par un collège électoral composé de membres des Conseils communaux de la province considérée, provenant de communautés ethniques différentes et élus par des scrutins distincts;
2° Trois personnes issues de l’ethnie Twa;
Il est assuré un minimum de 30% de femmes. La loi électorale en détermine les modalités pratiques, avec cooptation le cas échéant. (Art. 185)
National level
Burundi
- EnglishThe National Assembly is composed of at least one hundred Deputies on the basis of 60% of Hutu and of 40% of Tutsi, including a minimum of 30% of women, elected by universal direct suffrage for a mandate of five years[,] and of three Deputies originating from the Twa ethnicity co-opted in accordance with the electoral code.
In the case where the results of the vote do not reflect the percentages above specified [visés], it [then] proceeds to redress the corresponding [afférents] disequilibrium by means of the mechanism of co-optation provided for by the electoral code.
The number of candidates to be elected per circumscription is established by the electoral law proportionally to the population. (Art. 169) - KirundiInarna nshingamateka igizwe n’imiburiburi n’abashingamateka ijana barimwo 60 % b’abahutu na 40 % b’abatutsi, bose hamwe harimwo n’imiburiburi abashingamateka b’abakenyezi 30 % batowe n’abanyagihugu bagatorerwa ikiringo c’imyaka itanu harimwo n’abashingamateka batatu b’Abatwa bongeweko nk’uko Ibwirizwa rigenga amatora ribitegekanya.
Iyo biboneka ko mu vyavuye mu matora ibitigiri bivugwa mu korongo ka mbere k’iyi ngingo bitashitse, birakosorwa biciye mu buryo bwo kugena abandi bashingamateka nk’uko Ibwirizwa rigenga amatora ribitegekanya.
Igitigiri c’abashingamateka batorwa mu ntara imwe imwe gishingwa n’Ibwirizwa bafatiye ku gitigiri c’abanyagihugu baba muri iyo ntara. (Ingingo ya 169) - FrenchL’Assemblée nationale est composée d’au moins cent députés à raison de 60% de Hutu et de 40% de Tutsi, y compris un minimum de 30% de femmes, élus au suffrage universel direct pour un mandat de cinq ans et de trois députés issus de l’ethnie Twa cooptés conformément au code électoral.
Au cas où les résultats du vote ne reflètent pas les pourcentages sus-visés, il est procédé au redressement des déséquilibres y afférents au moyen du mécanisme de cooptation prévu par le code électoral.
Le nombre de candidats à élire par circonscription est fixé par la loi électorale proportionnellement à la population. (Art. 169)
National level
Burundi
- EnglishThe Government includes the Prime Minister and the other Ministers. It is open to all the ethnic components. It includes at most 60% of Hutu Ministers and at most 40% of Tutsi Ministers. A minimum of 30% of women is assured. (Art. 128)
- KirundiReta igizwe n’Umushikiranganji wa Mbere, n’abandi bashikiranganji. Ubwoko bwose burafise uburenganzira bwo kuja mu rwego nshikiranganji. Urwego nshikiranganji rugizwe n’ibice bitarenga 60 % vy’abashikiranganji b’abahutu n’ibice bitarenga 40 % vy’abashikiranganji b’abatutsi. Haba harimwo n’imiburiburi ibice 30 % vy’abakenyezi. (Ingingo ya 128)
- FrenchLe Gouvernement comprend le Premier Ministre et les autres ministres. Il est ouvert à toutes les composantes ethniques. Il comprend au plus 60% de Ministres Hutu et au plus 40% de Ministres Tutsi. Il est assuré un minimum de 30% de femmes. (Art. 128)
Head of State
Burundi
- EnglishThe candidates may be presented by the political parties or the coalitions of the political parties or present themselves as [en qualité de] independents.
… (Art. 99) - KirundiAbitoza mw’ibanga ry’Umukuru w’Igihugu bashobora gushikirizwa n’imigambwe yabo canke inani z’imigambwe canke bakitoza ku giti cabo.
… (Ingingo ya 99) - FrenchLes candidats peuvent être présentés par les partis politiques ou les coalitions des partis politiques ou se présenter en qualité d’indépendants.
… (Art. 99)
Head of State
Burundi
- EnglishThe candidate for the functions of President of the Republic must:
1. Have the quality of elector within the conditions specified by the electoral law;
2. Solely enjoy the Burundian nationality of origin [d’origine];
3. Be already [révolus] forty years old at the moment of the election;
4. Reside on the territory of Burundi at the moment of the presentation of their candidature;
5. Enjoy all their civil and political rights;
6. Subscribe to the Constitution and to the Charter of National Unity.
… (Art. 98) - KirundiUwitoza mu mabanga y’Umukuru w’Igihugu ategerezwa:
1. Kuba afise uburenganzira bwo gutora nk’uko bitegekanijwe n’Ibwirizwa rigenga amatora ;
2. Kuba afise gusa ubwenegihugu bw’umurundi yavukanye;
3. Kuba akwije imyaka mirongo ine igihe c’amatora ;
4. Kuba aba mu Burundi igihe yiyandikisha ngo yitoze ;
5. Kuba ata kimubuza kurangura amabanga y’igihugu n’ayaporitike;
6. Kwemeza mu rwandiko ko azokwisunga Ibwirizwa Shingiro n’Amasezerano y’Ubumwe bw’abarundi.
… (Ingingo ya 98) - FrenchLe candidat aux fonctions de Président de la République doit:
1. Avoir la qualité d’électeur dans les conditions précisées par la loi électorale ;
2. Jouir uniquement de la nationalité burundaise d’origine;
3. Etre âgé de quarante ans révolus au moment de l’élection;
4. Résider sur le territoire du Burundi au moment de la présentation de sa candidature;
5. Jouir de tous ses droits civils et politiques ;
6. Souscrire à la Constitution et à la Charte de l’Unité Nationale.
… (Art. 98)