SEARCH DATABASE
The Global Gender Equality Constitutional Database is a repository of gender equality related provisions in 194 constitutions from around the world. The Database was updated in partnership with the International Bar Association's Human Rights Institute (IBAHRI) and with support from the Swedish International Development Agency (SIDA) and the Government of Japan. Experience its wealth and depth of information by starting your search now.
ABOUT 38 RESULTS
Political Rights and Association
Burundi
- EnglishThe freedom of assembly and of association is guaranteed, as well as the right to found associations or organizations in accordance with the law. (Art. 32)
- KirundiUbwigenge bwo gutunganya inama no kuja hamwe cokimwe n’ugushinga amashirahamwe, birubahirizwa hisunzwe amabwirizwa. (Ingingo ya 32)
- FrenchLa liberté de réunion et d’association est garantie, de même que le droit de fonder des associations ou organisations conformément à la loi. (Art. 32)
Political Rights and Association
Burundi
- EnglishThe Burundian Government must be composed so that all Burundians are represented in it and that it represents them all; that each has equal opportunities to be a part of it; that all citizens have access to the public services and that the decisions and the actions of the Government obtain the largest possible support. (Art. 16)
- KirundiLeta y’Uburundi itegerezwa kuringanizwa ku buryo abarundi bose bayiserukirwamwo nayo ikabaserukira bose ; arundi bose baranganya uburenganzira bwo kuja muri Leta ; abanyagihugubose barafise uburenganzira bwo gushikira abo bakeneye bajejwe imirimo ya Leta kandi ingingo n’ibirangurwa na Leta bigashigikirwa na benshi (Ingingo ya 16)
- FrenchLe Gouvernement burundais doit être composé de sorte que tous les burundais y soient représentés et qu’il les représente tous; que chacun ait des chances égales d’en faire partie; que tous les citoyens aient accès aux services publics et que les décisions et les actions du Gouvernement recueillent le plus large soutien possible. (Art. 16)
Political Rights and Association
Burundi
- English… No Burundian may be excluded from the social, economical or political life of the nation because of their race, of their language, of their religion, of their sex or of their ethnic origin. (Art. 13)
- Kirundi… Nta murundi n’umwe azokumirwa mu vyerekeye imibano, ubutunzi canke intwaro y’igihugu kubera ibara ry’urukoba, ururimi, idini, igitsina canke ubwoko vyiwe. (Ingingo ya 13)
- French… Aucun burundais ne sera exclu de la vie sociale, économique ou politique de la nation du fait de sa race, de sa langue, de sa religion, de son sexe ou de son origine ethnique. (Art. 13)
Political Rights and Association
Burundi
- EnglishThe elections of the Deputies take place following the ballot of bloc lists [listes bloquées] by proportional representation. These lists must have a multi-ethnic character and take into account the equilibrium between men and women. For three candidates registered together [inscrits à la suite] on a list, only two may belong to the same ethnic group, and at least one in three must be a woman. (Art. 173)
- KirundiAmatora y’abashingamateka ashingira ku rutonde rwugaye rw’amazina rwashikirijwe, bagatorwa hisunzwe amajwi baronse. Urutonde rwose rw’ayo mazina rutegerezwa kurangwa n’uko amoko yose yaserukiwe kandi hakaba harimwo abagabo n’abakenyezi. Ku bitoza batatu bari ku rutonde rumwe, babiri gusa ni bo baba basangiye ubwoko kandi n’imiburiburi umwe kuri batatu ategerezwa kuba ari umugore. (Ingingo ya 173)
- FrenchLes élections des députés se déroulement suivant le scrutin des listes bloquées à la représentation proportionnelle. Ces listes doivent avoir un caractère multiethnique et tenir compte de l’équilibre entre les hommes et les femmes. Pour trois candidats inscrits à la suite sur une liste, deux seulement peuvent appartenir au même groupe ethnique, et au moins un sur trois doit être une femme. (Art. 173)
Political Rights and Association
Burundi
- EnglishSuffrage is universal, equal, free and transparent. It may be direct or indirect within the conditions provided for by the law.
All Burundians being already [révolus] eighteen years of age and enjoying their civil and political rights[,] are electors, within the conditions determined by the electoral code. (Art. 8) - KirundiUmunyagihugu wese akwije ibitegekanijwe n’amategeko arafise uburenganzira bwo gutora. Mw’itora nta jwi riruta irindi, kandi umuntu wese atora mu mwiherero, uko ashaka, agatorera ahazwi. Mu gutora, abanyagihugu bashobora kwitorera bo nyene abategetsi canke bagatora ababaserukira mu gutora abo bategetsi nk’uko bitegekanijwe n’Ibwirizwa.
Abarekuriwe gutora hakurikijwe igitabu c’amategeko agenga amatora ni abarundi bose bakwije imyaka cumi n’umunani n’abayirenza kandi atakibakumira mu mabanga y’igihugu. (Ingingo ya 8) - FrenchLe suffrage est universel, égal, secret, libre et transparent. Il peut être direct ou indirect dans les conditions prévues par la loi.
Sont électeurs, dans les conditions déterminées par le code électoral, tous les burundais âgés de dix-huit ans révolus et jouissant de leurs droits civils et politiques. (Art. 8)
Political Rights and Association
Burundi
- EnglishThe right to vote is guaranteed. (Art. 87)
- KirundiUburenganzira bwo gutora buremejwe. (Ingingo ya 87)
- FrenchLe droit de vote est garanti. (Art. 87)
Political Rights and Association
Burundi
- EnglishEvery Burundian has the right to participate, either directly, or indirectly through their representatives, in the direction and in the administration [gestion] of the affairs of the State, under reserve of the legal conditions, notably of age and of capacity.
Every Burundian has equally the right to accede to the public functions of their country. (Art. 51) - KirundiUmurundi wese arafise ijambo mu vyerekeye intwaro no mu gutunganya ivy’igihugu, yiserukiye we nyene canke aciye ku bamuserukira ariko bidateye kubiri n’amabwirizwa abitegekanya nk’ayerekeye imyaka y’amavuka n’ayerekana ababikwiye.
Umurundi wese arashobora kandi gushingwa amabanga y’igihugu ciwe. (Ingingo ya 51) - FrenchTout burundais a le droit de participer, soit directement, soit indirectement par ses représentants, à la direction et à la gestion des affaires de l’Etat sous réserve des conditions légales, notamment d’âge et de capacité.
Tout burundais a également le droit d’accéder aux fonctions publiques de son pays. (Art. 51)
Political Parties
Burundi
- EnglishThe external financing of the political parties is prohibited, save for exceptional derogation established by the law.
All financing of a nature that infringes the national independence and sovereignty is prohibited.
The law determines and organizes the sources of financing of the political parties. (Art. 83) - KirundiBirabujijwe ko imigambwe ihabwa imfanshanyo y’amafaranga ivuye mu mahanga kiretse ibwirizwa ribitangiye uruhusha rudasanzwe.
Imfashanyo y’amafaranga iyo ari yo yose yoshobora kubangamira ukwikukira kw’igihugu n’ukukibuza kwitunganiriza ivyaco irabujijwe.
Ibwirizwa ni ryo ritomora kandi rikaringaniza aho imfashanyo z’imigambwe zikomoka. (Ingingo ya 83) - FrenchLe financement extérieur des partis politiques est interdit, sauf dérogation exceptionnelle établie par la loi.
Tout financement de nature à porter atteinte à l’indépendance et à la souveraineté nationales est interdit.
La loi détermine et organise les sources de financement des partis politiques. (Art. 83)
Political Parties
Burundi
- EnglishThe law guarantees the non-interference of the public powers in the internal functioning of the political parties, except for that of the restrictions necessary for the prevention of ethnic, political, regional, religious or gender hatred and to maintain the public order. (Art. 80)
- KirundiIbwirizwa rirubahiriza imigambwe kugira ngo inzego za Leta ntizisuke mu buryo imigambwe ikora, kiretse iyo ari ukubuza ibijanye n’urwanko rushimikiye ku moko, kuri politike, intara, idini canke igitsina n’ukubungabunga umutekano. (Ingingo ya 80)
- FrenchLa loi garantit la non-ingérence des pouvoirs publics dans le fonctionnement interne des partis politiques, sauf pour ce qui est des restrictions nécessaires à la prévention de la haine ethnique, politique, régionale, religieuse ou de genre et au maintien de l’ordre public. (Art. 80)
Political Parties
Burundi
- EnglishIn their organization and their functioning the political parties must respond to democratic principles. They must be opened to all Burundians and their national character must also be reflected at the level of their leadership [direction]. They may not advocate [prôner] violence, exclusion and hatred in any of their forms, notably those based on ethnic, regional, religious or gender [genre] affiliation. (Art. 78)
- KirundiMw’itunganywa ryayo n’ingene ikora, imigambwe itegerezwa kwisunga ingingo ngenderwako ziranga intwaro rusangi. Ikemera kwinjirwamwo n’abarundi bose, bikagaragarira mu rwego nyobozi. Kirazira ko ishira imbere ugukoresha igikenye, ugukumira n’urwanko uko bimera kwose, nk’urufatira ku moko, intara, idini canke igitsin. (Ingingo ya 78)
- FrenchLes partis politiques, dans leur organisation et leur fonctionnement, doivent répondre aux principes démocratiques. Ils doivent être ouverts à tous les Burundais et leur caractère national doit également être reflété au niveau de leur direction. Ils ne peuvent prôner la violence, l’exclusion et la haine sous toutes leurs formes, notamment celles basées sur l’appartenance ethnique, régionale, religieuse ou de genre. (Art. 78)