Constitution of the Republic of Burundi 2005, as amended to 2018
Property, Inheritance and Land Tenure
  • English
    Every person has the right to property.
    … (Art. 36)
  • Kirundi
    Umuntu wese afise uburenganzira bwo kuganza ivyiwe bimwegukira.
    … (Ingingo ya 36)
  • French
    Toute personne a droit à la propriété.
    … ( Art. 36)
Property, Inheritance and Land Tenure
  • English
    [The following] are of the domain of the law:

    2° The status of the persons and of the assets:

    – matrimonial regimes, inheritance and gifts;
    – regime of property, of the real rights and of the civil and commercial obligations;
    … (Art. 164)
  • Kirundi
    Ibitegerezwa kuringanizwa n’amabwirizwa ni ibi :

    2° Ivyerekeye amabwirizwa agenga abantu n’ivyabo :

    – ivyerekeye amatungo y’ababiranye ingene aganzwa, gutorana n’ukugabira amatungo;
    – ivyerekeye itunga bwite ry’umuntu, ayandi matungo, aboneka, ivyo umuntu asabwa mu masezerano y’amatungo n’ubudandaji.
    … (Ingingo ya 164)
  • French
    Sont du domaine de la loi :

    2° Le statut des personnes et des biens :

    - régimes matrimoniaux, successions et libéralités ;
    - régime de la propriété, des droits réels et des obligations civiles et commerciales.
    … (Art. 164)
1

Constitution of the Republic of Burundi 2005, as amended to 2018 (English), available in HeinOnline World Constitutions Illustrated Library (2024). According to Art. 5: “The national language is Kirundi. The official languages are Kirundi and all other languages determined by the law. All the legislative texts must have their version in Kirundi.”

Links to all sites last visited 8 February 2024