SEARCH DATABASE
The Global Gender Equality Constitutional Database is a repository of gender equality related provisions in 194 constitutions from around the world. The Database was updated in partnership with the International Bar Association's Human Rights Institute (IBAHRI) and with support from the Swedish International Development Agency (SIDA) and the Government of Japan. Experience its wealth and depth of information by starting your search now.
ABOUT 127 RESULTS
Participation in Public Life and Institutions
Burundi
- EnglishEvery Burundian has the right to participate, either directly, or indirectly through their representatives, in the direction and in the administration [gestion] of the affairs of the State, under reserve of the legal conditions, notably of age and of capacity.
Every Burundian has equally the right to accede to the public functions of their country. (Art. 51) - KirundiUmurundi wese arafise ijambo mu vyerekeye intwaro no mu gutunganya ivy’igihugu, yiserukiye we nyene canke aciye ku bamuserukira ariko bidateye kubiri n’amabwirizwa abitegekanya nk’ayerekeye imyaka y’amavuka n’ayerekana ababikwiye.
Umurundi wese arashobora kandi gushingwa amabanga y’igihugu ciwe. (Ingingo ya 51) - FrenchTout burundais a le droit de participer, soit directement, soit indirectement par ses représentants, à la direction et à la gestion des affaires de l’Etat sous réserve des conditions légales, notamment d’âge et de capacité.
Tout burundais a également le droit d’accéder aux fonctions publiques de son pays. (Art. 51)
Participation in Public Life and Institutions
Burundi
- English…
The procedures of recruitment and appointment in the judicial corps submit [obéissant] imperatively to the concern [souci] to promote regional [and] ethnic equilibrium and the equilibrium of genders.
The Magistrature includes at most 60% of Hutu and at most 40% of Tutsi. A minimum of 30% of women is assured. (Art. 213) - Kirundi…
Mu gutanga akazi no mu kugena abayobozi mu rwego rw’abacamanza, hategerezwa gucungerwa ko hitwararitswe kunganisha intara, ubwoko, n’ibitsina.
Urwego rw'abacamanza rugizwe n'ibice bitarenga 60% vy'Abahutu n'ibice bitarenga 40% vy'Abatutsi Hategerezwa kubamwo n'imiburiburi ibice 30% vy'abagore. (Ingingo ya 213) - French…
Les procédures de recrutement et nomination dans le corps judiciaire obéissent impérativement au souci de promouvoir l’équilibre régional, ethnique et l’équilibre entre genres.
La magistrature comprend au plus 60% de Hutu et au plus 40% de Tutsi. Il est assuré un minimum de 30% de femmes. (Art. 213)
Property, Inheritance and Land Tenure
Burundi
- EnglishEvery person has the right to property.
… (Art. 36) - KirundiUmuntu wese afise uburenganzira bwo kuganza ivyiwe bimwegukira.
… (Ingingo ya 36) - FrenchToute personne a droit à la propriété.
… ( Art. 36)
Property, Inheritance and Land Tenure
Burundi
- English[The following] are of the domain of the law:
…
2° The status of the persons and of the assets:
…
– matrimonial regimes, inheritance and gifts;
– regime of property, of the real rights and of the civil and commercial obligations;
… (Art. 164) - KirundiIbitegerezwa kuringanizwa n’amabwirizwa ni ibi :
…
2° Ivyerekeye amabwirizwa agenga abantu n’ivyabo :
…
– ivyerekeye amatungo y’ababiranye ingene aganzwa, gutorana n’ukugabira amatungo;
– ivyerekeye itunga bwite ry’umuntu, ayandi matungo, aboneka, ivyo umuntu asabwa mu masezerano y’amatungo n’ubudandaji.
… (Ingingo ya 164) - FrenchSont du domaine de la loi :
…
2° Le statut des personnes et des biens :
…
- régimes matrimoniaux, successions et libéralités ;
- régime de la propriété, des droits réels et des obligations civiles et commerciales.
… (Art. 164)
Protection from Violence
Burundi
- EnglishEvery child has the right to particular measures to assure or to ameliorate the care [les soins] necessary for their wellbeing, for their health and for their physical security and to be protected against maltreatment, abuse [exactions] and exploitation. (Art. 44)
- KirundiUmwana wese arafise uburenganzira bwo gufatirwa ingingo zimukwiye z’ukumubungabunga canke zimworohereza kurusha uko abayeho, amagara yiwe, umutekano wiwe, ukudafatwa bunyamaswa canke gucurwa bufuni na buhoro canke gukoreshwa ivyo kunguvu. (Ingingo ya 44)
- FrenchTout enfant a droit à des mesures particulières pour assurer ou améliorer les soins nécessaires à son bien-être, à sa santé et à sa sécurité physique et pour être protégé contre les mauvais traitements, les exactions ou l’exploitation. (Art. 44)
Protection from Violence
Burundi
- EnglishNo one shall be held in slavery or in servitude. Slavery and trafficking in slaves are prohibited in all their forms. (Art. 26)
- KirundiNta muntu n’umwe azogirwa umuja canke umushumba. Ubuja n’ugucuruza abaja mu buryo ubwo aribwo bwose birabujijwe. (Ingingo ya 26)
- FrenchNul ne sera tenu en esclavage ou en servitude. L’esclavage et le trafic d’esclaves sont interdits sous toutes leurs formes. (Art. 26)
Protection from Violence
Burundi
- EnglishEvery human being has the right to the freedom of their person, notably to physical and psychic integrity and to the freedom of movement. No one shall be submitted to torture, or to cruel, inhuman or degrading penalties or treatments. (Art. 25)
- KirundiUmugore wese, umugabo wese arafise uburenganzira bwo kwishira no kwizana mu buzima bwiwe nko kudasinzikarizwa amagara ku mubiri canke mu mutwe kandi akagira uburengazira bwo kuja iyo ashaka. Nta muntu ashobora gusinzikarizwa amagara, ngo afatwe nk’inyamaswa canke akurweko agateka. (Ingingo ya 25)
- FrenchToute femme, tout homme a droit à la liberté de sa personne, notamment à l’intégrité physique et psychique et à la liberté de mouvement. Nul ne sera soumis à la torture, ni à des peines ou traitements cruels, inhumains ou dégradants. (Art. 25)
Protection from Violence
Burundi
- English...
During a period to be determined by the Senate, the Corps of Defense and of Security may not include more than 50% of the members belonging to a particular ethnic group, taking into account the necessity to assure the ethnic equilibrium and to prevent acts of genocide and coups d’État. (Art. 263) - Kirundi...
Mu kiringo gishingwa n’Inama Nkenguzamateka, urwego rw’ukwivuna abansi n’urw’abajejwe umutekano ntizishobora kubamwo abarenga ibice 50 % b’ubwoko bumwe kugira ngo amoko yose aserukirwe, hongere hakingwe ibikorwa bigayitse vy’ihonyabwoko n’ugufata ubutegetsi ku nguvu. (Ingingo ya 263) - French...
Pendant une période à déterminer par le Sénat, les Corps de défense et de sécurité ne comptent pas plus de 50% de membres appartenant à un groupe ethnique particulier, compte tenu de la nécessité d’assurer l’équilibre ethnique et de prévenir les actes de génocide et les coups d’Etat. (Art. 263)
Protection from Violence
Burundi
- EnglishAll Burundians have the right to live in Burundi within peace and within security. … (Art. 14)
- KirundiAbarundi bose barafise uburenganzira bwo kuba mu Burundi mu mahoro no mu mutekano. … (Ingingo ya 14)
- FrenchTous les burundais ont le droit de vivre au Burundi dans la paix et dans la sécurité. ... (Art. 14)
Protection from Violence
Burundi
- EnglishThe law guarantees the non-interference of the public powers in the internal functioning of the political parties, except for that of the restrictions necessary for the prevention of ethnic, political, regional, religious or gender hatred and to maintain the public order. (Art. 80)
- KirundiIbwirizwa rirubahiriza imigambwe kugira ngo inzego za Leta ntizisuke mu buryo imigambwe ikora, kiretse iyo ari ukubuza ibijanye n’urwanko rushimikiye ku moko, kuri politike, intara, idini canke igitsina n’ukubungabunga umutekano. (Ingingo ya 80)
- FrenchLa loi garantit la non-ingérence des pouvoirs publics dans le fonctionnement interne des partis politiques, sauf pour ce qui est des restrictions nécessaires à la prévention de la haine ethnique, politique, régionale, religieuse ou de genre et au maintien de l’ordre public. (Art. 80)