SEARCH DATABASE
The Global Gender Equality Constitutional Database is a repository of gender equality related provisions in 194 constitutions from around the world. The Database was updated in partnership with the International Bar Association's Human Rights Institute (IBAHRI) and with support from the Swedish International Development Agency (SIDA) and the Government of Japan. Experience its wealth and depth of information by starting your search now.
ABOUT 15 RESULTS
Minorities
Burundi
- EnglishThe State has the duty to put in place a policy of reforms pertinent to matters of defense and of security that reinforces the unity and the cohesion of the Burundian People, notably by assuring the necessary ethnic, regional and gender equilibriums. (Art. 261)
- KirundiLeta itegerezwa gushinga umugambi wo guhindura biboneka ivyerekeye kurwanira n’ugucungera umutekano bituma ubumwe n’umwumvikano w’abanyagihugu bikomera cane cane ku kuwurangura ku buryo abarundi bose bo mu moko yose, intara zose n’ibitsina vyose baserukirwa muri izo nzego. (Ingingo ya 261)
- FrenchL’Etat a le devoir de mettre en place une politique des réformes pertinentes en matière de défense et de sécurité qui renforce l’unité et la cohésion du peuple burundais, notamment en assurant les équilibres ethniques, régionaux et de genres nécessaires. (Art. 261)
Minorities
Burundi
- EnglishAll Burundians are equal in merits and in dignity. All citizens enjoy the same rights and have right to the same protection of the law. No Burundian may be excluded from the social, economical or political life of the nation because of their race, of their language, of their religion, of their sex or of their ethnic origin. (Art. 13)
- KirundiAbarundi bose baranganya iteka n’ivyo bakwiye kuronka. Abanyagihugu bose baranganya amateka kandi amabwirizwa abakingira kumwe. Nta murundi n’umwe azokumirwa mu vyerekeye imibano, ubutunzi canke intwaro y’igihugu kubera ibara ry’urukoba, ururimi, idini, igitsina canke ubwoko vyiwe. (Ingingo ya 13)
- FrenchTous les burundais sont égaux en mérite et en dignité. Tous les citoyens jouissent des mêmes droits et ont droit à la même protection de la loi. Aucun burundais ne sera exclu de la vie sociale, économique ou politique de la nation du fait de sa race, de sa langue, de sa religion, de son sexe ou de son origine ethnique. (Art. 13)
Minorities
Burundi
- EnglishThe National Assembly is composed of at least one hundred Deputies on the basis of 60% of Hutu and of 40% of Tutsi, including a minimum of 30% of women, elected by universal direct suffrage for a mandate of five years[,] and of three Deputies originating from the Twa ethnicity co-opted in accordance with the electoral code.
... (Art. 169) - KirundiInarna nshingamateka igizwe n’imiburiburi n’abashingamateka ijana barimwo 60 % b’abahutu na 40 % b’abatutsi, bose hamwe harimwo n’imiburiburi abashingamateka b’abakenyezi 30 % batowe n’abanyagihugu bagatorerwa ikiringo c’imyaka itanu harimwo n’abashingamateka batatu b’Abatwa bongeweko nk’uko Ibwirizwa rigenga amatora ribitegekanya.
... (Ingingo ya 169) - FrenchL’Assemblée nationale est composée d’au moins cent députés à raison de 60% de Hutu et de 40% de Tutsi, y compris un minimum de 30% de femmes, élus au suffrage universel direct pour un mandat de cinq ans et de trois députés issus de l’ethnie Twa cooptés conformément au code électoral.
... (Art. 169)
Minorities
Burundi
- EnglishThe Superior Council of the Magistrature is equilibrated on the ethnic [and] regional plane and between genders.
… (Art. 222) - KirundiMu bagize Inama nkuru y’abacamanza hategerezwa gucungerwa ko ata bwoko, ata ntara, ata gitsina vyakumiriwe kandi hakaba ukunganisha.
… (Ingingo ya 222) - FrenchLe Conseil Supérieur de la Magistrature est équilibré sur le plan ethnique, régional et entre les genres.
… (Art. 222)
Minorities
Burundi
- English…
Reaffirming our engagement to construct a political order and a system of Government inspired by the realities of our country and founded on the values of justice, of democracy, of good governance, of pluralism, of respect for the fundamental freedoms and rights of the individual, of unity, of solidarity, of mutual understanding, of tolerance and of cooperation between the different ethnic groups of our society;
… (Preamble) - Kirundi…
Dusubiriye kwiyemeza gushiraho ingendo ya poritike n’intwaro bifatiye ku mico n’akaranga k’igihugu cacu kandi bifatiye ku butungane, ku ntwaro rusangi, ku ntwaro ibereye, ku migambwe myinshi, ku kwishira n’ukwizana kw’umuntu wese, ugushigikirana n’umwumvikano wa bose, ukwihanganirana n’ugufashanya hagati y’ubwoko butandukanye bugize igihugu cacu;
… (Intangamara) - French...
Réaffirmant notre engagement à construire un ordre politique et un système de gouvernement inspirés des réalités de notre pays et fondés sur les valeurs de justice, de démocratie, de bonne gouvernance, de pluralisme, de respect des libertés et des droits fondamentaux de l’individu, de l’unité, de solidarité, de compréhension mutuelle, de tolérance et de coopération entre les différents groupes ethniques de notre société ;
… (Preambule)
Minorities
Burundi
- EnglishThe Administration is largely representative of the Burundian Nation and must reflect the diversity of its components. The practices that it observes in the matter of employment are founded on objective and equitable criteria of aptitude as well as on the necessity to correct the disequilibrium and to assure a wide ethnic, regional and gender representation. The ethnic representation in the public enterprises is provided on the basis of 60% at most for the Hutu and 40% at most for the Tutsi. (Art. 148)
- KirundiMu ntwaro, abarundi bose bategerezwa kuba baserukiwe bikwiye mu budasa bwa bo. Ugutanga akazi gutegerezwa kwisunga ko abakarondera bakwije ibisabwa n’amategeko hakurikijwe ubutungane n’ukwitwararika gukosora ivyerekeye urugero rw’ingene abanyagihugu baserukirwa, bikaringanizwa mu buryo abanyagihugu bo mu moko yose, intara zose n’ibitsina baserukirwa. Mu mashirahamwe ya Leta, ubwoko bw’abahutu buserukirwa ku rugero rw’ibice bitarenga 60 %, ubwoko bw’abatutsi bugaserukirwa ku rugero rw’ibice bitarenga 40 %. (Ingingo ya 148)
- FrenchL’Administration est largement représentative de la nation burundaise et doit refléter la diversité de ses composantes. Les pratiques qu’elle observe en matière d’emploi sont fondées sur des critères d’aptitude objectifs et équitables ainsi que sur la nécessité de corriger les déséquilibres et d’assurer une large représentation ethnique, régionale et de genre. La représentation ethnique dans les entreprises publiques est pourvue à raison de 60% au plus pour les Hutu et 40% au plus pour les Tutsi. (Art. 148)
Minorities
Burundi
- English…
The procedures of recruitment and appointment in the judicial corps submit [obéissant] imperatively to the concern [souci] to promote regional [and] ethnic equilibrium and the equilibrium of genders.
The Magistrature includes at most 60% of Hutu and at most 40% of Tutsi. A minimum of 30% of women is assured. (Art. 213) - Kirundi…
Mu gutanga akazi no mu kugena abayobozi mu rwego rw’abacamanza, hategerezwa gucungerwa ko hitwararitswe kunganisha intara, ubwoko, n’ibitsina.
Urwego rw'abacamanza rugizwe n'ibice bitarenga 60% vy'Abahutu n'ibice bitarenga 40% vy'Abatutsi Hategerezwa kubamwo n'imiburiburi ibice 30% vy'abagore. (Ingingo ya 213) - French…
Les procédures de recrutement et nomination dans le corps judiciaire obéissent impérativement au souci de promouvoir l’équilibre régional, ethnique et l’équilibre entre genres.
La magistrature comprend au plus 60% de Hutu et au plus 40% de Tutsi. Il est assuré un minimum de 30% de femmes. (Art. 213)
Minorities
Burundi
- EnglishThe members of the Government make or propose the appointments in the public administration and to the diplomatic posts taking into account the necessity to maintain an ethnic, regional, political and gender equilibrium. (Art. 140)
- KirundiAbagize Leta nibo bagena canke bagashikiriza abagenwa mu mabanga y’intwaro mu gihugu hamwe n’abaserukira Uburundi mu makungu bisunze kunganisha amoko, intara, imigambwe n’ibitsina. (Ingingo ya 140)
- FrenchLes membres du Gouvernement font ou proposent les nominations dans l’administration publique et aux postes diplomatiques en prenant en compte la nécessité de maintenir un équilibre ethnique, régional, politique et entre les genres. (Art. 140)
Minorities
Burundi
- EnglishThe Senate is provided with the following competences:
…
5. Controlling the application of the constitutional provisions by demanding [exigeant] the ethnic and gender representativeness and the equilibrium within all the structures and institutions of the State, notably the public administration and the Corps of Defense and of Security;
… (Art. 192) - KirundiInama nkenguzamateka ifise ububasha bukurikira:
…
5. kugenzura ko ibitegekanijwe n’Ibwirizwa shingiro vyerekeye ingene amoko n’ibitsina biserukiwe bikwiye mu nzego zose za Leta na cane cane mu kazi ka Leta, mu ntwaramiheto no mu bajejwe umutekano ;
… (Ingingo ya 192) - FrenchLe Sénat est doté des compétences suivantes :
…
5. Contrôler l’application des dispositions constitutionnelles exigeant la représentativité ethnique et de genre et l’équilibre dans toutes les structures et les institutions de l’Etat notamment l’administration publique et les corps de défense et de sécurité ;
… (Art. 192)
Minorities
Burundi
- EnglishA time period of five years is granted to the Senate to evaluate in order to put an end to or to extend the system of ethnic quotas in the Executive, the Legislative and the Judiciary after the establishment of the institutions issuing from this Constitution. (Art. 289)
- KirundiInama Nkenguzamateka ihawe ikiringo c’imyaka itanu hamaze gushirwaho inzego zitegekanijwe n’iri Bwirizwa Shingiro kugira irimbure ivyakozwe hanyuma hakurwe mw’Ibwirizwa Shingiro ingendo ijanye n’ivy’amoko muri Reta, mu Nama Nshingamateka na Nkenguzamateka hamwe no mu Rwego rw’Ubutungane. (Art. 289)
- FrenchUn délai de cinq ans est accordé au Sénat pour évaluer afin de mettre fin ou proroger le système de quota ethniques dans l’Exécutif, le Législatif et le Judiciaire après la mise en place des institutions issues de la présente Constitution. (Art. 289)